Insiguro ya video, Umwana w’umukobwa yigishwa kwikomeza.
Iceland niho hambere ho kurerera abakobwa?
6 Ukw’icumi na kabiri 2024
Mu mashule, abana bo muri Iceland bigishwa gukomera no kwiyumvanamwo ata gahato k’ivyiyumviro vyubatswe muri rusangi, ku bitsina.
“Bakwiragije mw’isi ngo Iceland ni iparadiso ry’abagore, ariko sivyo.”
Ariko ni co gihugu ca mbere cagwanije gusumbanya imishahara, mu kazi kamwe.
Ikiruhuko c’ubuvyeyi ni amezi 12, bashobora kugabura kubiri.

Insiguro y’isanamu, Umwana w’umukobwa yigishwa kwikomeza.